Itanguriro 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Aburahamu aca yiruka mu busho, afata ikimasa coroshe kandi ciza, agiha umusuku, anyaruka kugitegura+.
7 Aburahamu aca yiruka mu busho, afata ikimasa coroshe kandi ciza, agiha umusuku, anyaruka kugitegura+.