Abacamanza 13:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Manowa afata rero ka kagazi k’impene n’ishikanwa ry’intete, abishikanira Yehova ku gitandara+. Kandi yariko akora ikintu kanaka mu buryo bw’agatangaza, Manowa n’umugore wiwe bitegereza.
19 Manowa afata rero ka kagazi k’impene n’ishikanwa ry’intete, abishikanira Yehova ku gitandara+. Kandi yariko akora ikintu kanaka mu buryo bw’agatangaza, Manowa n’umugore wiwe bitegereza.