ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 13:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko Manowa atangura kwinginga Yehova ati: “Ntunga Yehova+. Wa muntu w’Imana y’ukuri uhejeje gutuma, ndakwinginze agaruke aho turi, atwigishe+ ingene tuzogenza uwo mwana azovuka+.”

  • Abacamanza 13:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Imana y’ukuri yumviriza rero ijwi rya Manowa+, maze nya mumarayika w’Imana y’ukuri agaruka kuri nya mugore igihe yari yicaye mu gahinga, Manowa umugabo wiwe atari kumwe na we.

  • Abacamanza 13:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nya mumarayika wa Yehova ntiyasubira kandi kubonekera Manowa n’umugore wiwe. Manowa aca amenya ko yari umumarayika wa Yehova+.

  • Abaheburayo 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ntimwibagire ubwakiranyi+, kuko bwatumye bamwe baha indaro abamarayika batabizi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika