Abacamanza 13:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko urubeya ruriko ruraduga mw’ijuru ruvuye ku gicaniro, nya mumarayika wa Yehova aca aduga muri nya rubeya rw’ico gicaniro Manowa n’umugore wiwe bitegereza+. Baca bagwa hasi bubamye+.
20 Nuko urubeya ruriko ruraduga mw’ijuru ruvuye ku gicaniro, nya mumarayika wa Yehova aca aduga muri nya rubeya rw’ico gicaniro Manowa n’umugore wiwe bitegereza+. Baca bagwa hasi bubamye+.