Abacamanza 8:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Amaherezo Gideyoni mwene Yowasi apfa yisaziye neza, ahambwa mw’itongo ryo guhambamwo rya Yowasi se wiwe, i Ofura h’Ababiyezeri+. Abacamanza 9:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inyuma y’ivyo aja ku nzu ya se wiwe i Ofura+ maze yica bene wabo+, bene Yerubayali, abagabo mirongo irindwi, abicira kw’ibuye rimwe, mugabo Yotamu umuhungu mutoyi wa Yerubayali arasigara, kuko yari yinyegeje.
32 Amaherezo Gideyoni mwene Yowasi apfa yisaziye neza, ahambwa mw’itongo ryo guhambamwo rya Yowasi se wiwe, i Ofura h’Ababiyezeri+.
5 Inyuma y’ivyo aja ku nzu ya se wiwe i Ofura+ maze yica bene wabo+, bene Yerubayali, abagabo mirongo irindwi, abicira kw’ibuye rimwe, mugabo Yotamu umuhungu mutoyi wa Yerubayali arasigara, kuko yari yinyegeje.