ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ntuze ukurikire isinzi mu ntumbero mbi+; kandi mu matati, ntuze ushinge intahe ku buryo uhengamira hamwe n’isinzi, urondera kugoreka ubutungane+.

  • Abacamanza 6:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Abagabo bo mu gisagara bavyutse kare mu gitondo nk’uko bisanzwe, basanga igicaniro ca Bayali cari casituriwe hasi, na ca gikingi ceranda+ cari iruhande yaco ciciwe, ca kimasa kigira kabiri na co cashikanywe ku gicaniro cari cubatswe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika