Abacamanza 6:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yehova aca amuraba mu maso, avuga ati: “Jana izo nkomezi ufise+, kandi uzokiza ata gukeka Isirayeli uyikure mu kiganza ca Midiyani+. None singutumye+?”
14 Yehova aca amuraba mu maso, avuga ati: “Jana izo nkomezi ufise+, kandi uzokiza ata gukeka Isirayeli uyikure mu kiganza ca Midiyani+. None singutumye+?”