Gusubira mu vyagezwe 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abarongozi baze bongere babwire abantu bati: ‘Ni nde muntu afise ubwoba kandi afise umutima uhuha+? Nagende asubire ku nzu iwe, ntahave atuma umutima wa bene wabo ushonga nk’uwiwe bwite+.’
8 Abarongozi baze bongere babwire abantu bati: ‘Ni nde muntu afise ubwoba kandi afise umutima uhuha+? Nagende asubire ku nzu iwe, ntahave atuma umutima wa bene wabo ushonga nk’uwiwe bwite+.’