ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 7:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi Yehova Imana yawe ntazobura kubagabura mu maboko yawe, kandi uzobatsinda koko+. Ukwiye kubatikiza ata kabuza+. Ntuze ugire isezerano ugirana na bo canke ngo ubagirire ubutoni na bukeyi+.

  • Abacamanza 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Impwemu+ ya Yehova rero iza kuri we, aba umucamanza wa Isirayeli. Asohotse mu rugamba, Yehova atanga rero Kushani-rishatayimu umwami wa Siriya mu kuboko kwiwe, ku buryo ukuboko kwiwe gutsinda+ Kushani-rishatayimu.

  • Abacamanza 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nuko Debora abwira Baraki ati: “Haguruka, kuko uyu ari wo musi Yehova aza gutanga ata gukeka Sisera mu kuboko kwawe. None Yehova si we akugiye imbere+?” Nuko Baraki atangura kumanuka avuye ku musozi Tabori, inyuma yiwe hari abagabo ibihumbi cumi.

  • 2 Ngoma 16:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mbega Abanyetiyopiya+ n’Abanyalibiya+ ntibari inteko za gisirikare zikomeye cane uravye ubwinshi, imikogote n’abagendera ku mafarasi+? Yamara, kubera ko wishimikije Yehova, ntiyabatanze none mu kuboko kwawe+?

  • 2 Ngoma 20:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ntimuzorinda kurwana+ ico gihe. Muze mufate ikibanza canyu, muhagarare mudakoma+ maze mubone ubukiriro+ bwa Yehova muzokirishwa. Ewe Yuda na Yeruzalemu, ntimutinye canke ngo mutekerwe n’ubwoba+. Ejo muze musohoke kubategera, Yehova azoba ari kumwe namwe+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika