ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 14:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Aguma akurako amakurudumu ku mikogote yabo ku buryo bayitwara vyanka+. Abanyamisiri batangura kuvuga bati: “Duhunge ntitwegere Isirayeli na gatoya, kuko Yehova ata gukeka abarwanira, akarwanya Abanyamisiri+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 28:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Yehova azotuma abansi bawe baguhagurukiye batsindirwa imbere yawe+. Bazozanana inzira imwe baje kugutera, bajane inzira indwi baguhunga+.

  • 2 Abami 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Baca barahaguruka, barahunga mu mwiza w’akagoroba+, basiga amahema yabo n’amafarasi yabo+ n’indogobwa zabo​—⁠ikambi uko yakabaye⁠—, babandanya guhunga kugira ngo banyage amagara+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika