ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 14:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Uwuteba gushavura aba ari n’ugutahura kugwiriye+, mugabo uwutihangana aba ariko ashira hejuru ubupfu+.

  • Imigani 15:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Inyishu, iyo irimwo ubwitonzi, ikevya uburake+, mugabo ijambo ritera umubabaro riduza ishavu+.

  • Imigani 25:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Biciye ku kwihangana umukomanda arayengayengwa, kandi ururimi rw’ubwitonzi rurashobora kumena igufa+.

  • Umusiguzi 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ishavu ry’umutware niryaduga ngo rikururumbire, ntuve ahawe+, kuko ubutekereji butururuza ibicumuro bikomeye+.

  • Abagalatiya 5:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 ubwitonzi, ukwigumya+. Ibintu mwene ivyo nta tegeko ribibuza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika