Gusubira mu vyagezwe 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko bataje kubatabaza+ umukate n’amazi mu nzira igihe mwari muvuye mu Misiri+, no kubera bahereye Balamu mwene Beyori w’i Petori h’i Mezopotamiya ngo ahamagarire akabi kuri wewe+. Abacamanza 5:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ‘Nimuvume+ Merozi,’ ni ko umumarayika wa Yehova+ avuze,‘Nimuvume abahaba mudahengeshanya,Kuko bataje gufasha Yehova,Gufasha Yehova, bari kumwe n’abanyenkomezi.’ 1 Samweli 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+. 1 Samweli 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 None mfate umukate+ wanje, n’amazi yanje, n’inyama zanje zibazwe nabagiye abakemuzi banje, ndabihe abagabo ntazi n’iyo bava+?” Imigani 3:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Ntureke kugirira iciza abagikwiriye+ kandi ukuboko kwawe kuri n’ububasha bwo kugikora+. Yakobo 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 yamara uwo muri mwebwe akamubwira ati: “Genda amahoro, ugume ususurutse kandi urya neza,” mugabo ntimumuhe ivyo umubiri wiwe ukeneye, bimaze iki+?
4 kuko bataje kubatabaza+ umukate n’amazi mu nzira igihe mwari muvuye mu Misiri+, no kubera bahereye Balamu mwene Beyori w’i Petori h’i Mezopotamiya ngo ahamagarire akabi kuri wewe+.
23 ‘Nimuvume+ Merozi,’ ni ko umumarayika wa Yehova+ avuze,‘Nimuvume abahaba mudahengeshanya,Kuko bataje gufasha Yehova,Gufasha Yehova, bari kumwe n’abanyenkomezi.’
10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.
11 None mfate umukate+ wanje, n’amazi yanje, n’inyama zanje zibazwe nabagiye abakemuzi banje, ndabihe abagabo ntazi n’iyo bava+?”
16 yamara uwo muri mwebwe akamubwira ati: “Genda amahoro, ugume ususurutse kandi urya neza,” mugabo ntimumuhe ivyo umubiri wiwe ukeneye, bimaze iki+?