Itanguriro 32:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Nuko izuba ritangura kurasira kuri we akirengana Penuweli, mugabo yariko acumbagirira kw’itako ryiwe+. 1 Abami 12:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yerobowamu yubaka Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu maze abayo. Hanyuma aragenda ava ng’aho, yubaka Penuweli+.
31 Nuko izuba ritangura kurasira kuri we akirengana Penuweli, mugabo yariko acumbagirira kw’itako ryiwe+.
25 Yerobowamu yubaka Shekemu+ mu karere k’imisozi ka Efurayimu maze abayo. Hanyuma aragenda ava ng’aho, yubaka Penuweli+.