Abacamanza 8:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Gideyoni akimara gupfa, bene Isirayeli bongera gushurashura na za Bayali+, ku buryo Bayali-beriti bayigira imana yabo+. Abacamanza 9:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Bene amatongo bo mu munara wa Shekemu bose bavyumvise, ubwo nyene baca baja mu cumba co mu kuzimu c’inzu ya Eli-beriti+.
33 Gideyoni akimara gupfa, bene Isirayeli bongera gushurashura na za Bayali+, ku buryo Bayali-beriti bayigira imana yabo+.
46 Bene amatongo bo mu munara wa Shekemu bose bavyumvise, ubwo nyene baca baja mu cumba co mu kuzimu c’inzu ya Eli-beriti+.