2 Ngoma 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze abagabo batagira ico bakora+, abantu b’imburakimazi+, baguma bakoranira kuri we. Amaherezo banesha Rehobowamu+ mwene Salomo, mu gihe Rehobowamu yari akiri muto kandi afise umutima uhuha+, ntiyahangana na bo. Ivyakozwe 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bahitana abagabo bamwe b’ababisha mu birirwa bicaye mu kaguriro, barema akagwi baca batangura gutera intureka mu gisagara+. Batera inzu ya Yasoni+, barondera kuzana Paulo na Silasi ku mugwi w’abari bagumutse.
7 Maze abagabo batagira ico bakora+, abantu b’imburakimazi+, baguma bakoranira kuri we. Amaherezo banesha Rehobowamu+ mwene Salomo, mu gihe Rehobowamu yari akiri muto kandi afise umutima uhuha+, ntiyahangana na bo.
5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bahitana abagabo bamwe b’ababisha mu birirwa bicaye mu kaguriro, barema akagwi baca batangura gutera intureka mu gisagara+. Batera inzu ya Yasoni+, barondera kuzana Paulo na Silasi ku mugwi w’abari bagumutse.