Zaburi 104:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+. Imigani 31:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nimuhe inzoga iboreza uwuri mu guhwera+, n’umuvinyu ab’umutima udundumiwe+. Umusiguzi 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nagenzuye ibintu nkoresheje umutima wanje mu kunezeresha umubiri wanje umuvinyu+, ariko nyobora umutima wanje nkoresheje ubukerebutsi+, kugira ngo ncakire ubupfu gushika mbonye iciza cari kihari ku bana b’abantu mu vyo bakoze munsi y’amajuru mu misi yose y’ubuzima bwabo+. Umusiguzi 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umukate ni uw’agatwengo k’abakozi, kandi umuvinyu uranezereza ubuzima+; mugabo amahera ni yo atorera inyishu vyose+.
15 N’umuvinyu unezereza umutima w’umuntu buntu+,Ngo akayanganishe mu maso amavuta+,N’umukate utunga umutima w’umuntu apfa+.
3 Nagenzuye ibintu nkoresheje umutima wanje mu kunezeresha umubiri wanje umuvinyu+, ariko nyobora umutima wanje nkoresheje ubukerebutsi+, kugira ngo ncakire ubupfu gushika mbonye iciza cari kihari ku bana b’abantu mu vyo bakoze munsi y’amajuru mu misi yose y’ubuzima bwabo+.
19 Umukate ni uw’agatwengo k’abakozi, kandi umuvinyu uranezereza ubuzima+; mugabo amahera ni yo atorera inyishu vyose+.