-
Yosuwa 22:24Bibiliya y’isi nshasha
-
-
24 canke nimba twabikoze tutabitumwe n’uko riho turajwe ishinga cane n’ikindi kintu, tuvuga duti: ‘Mu gihe kizoza abana banyu bazobwira abana bacu bati: “Muhuriye ku ki na Yehova Imana ya Isirayeli?
-