Abacamanza 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu nyuma umumarayika wa Yehova abonekera uwo mugore+, amubwira ati: “Ehe ubu uri ingumba, ukaba ata mwana uravyara. Mugabo uzokwibungenga vy’ukuri, uvyare umuhungu+.
3 Mu nyuma umumarayika wa Yehova abonekera uwo mugore+, amubwira ati: “Ehe ubu uri ingumba, ukaba ata mwana uravyara. Mugabo uzokwibungenga vy’ukuri, uvyare umuhungu+.