Kuvayo 4:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Musa abwira Yehova ati: “Ntunga, Yehova, erega jewe sindi umuntu yoroherwa no kuvuga, kandi si ivy’ejo canke hirya y’ejo canke kuva aho uvuganiye n’umusavyi wawe, kuko ndi uw’umunwa wikwega n’ururimi rwikwega+.” Abacamanza 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Na we amubwira ati: “Ntunga Yehova. Nzokirisha Isirayeli iki+? Ehe umuryango wanje* ni wo nkehwa muri Manase, kandi ni jewe ndi mutoyi mu nzu ya dawe+.”
10 Maze Musa abwira Yehova ati: “Ntunga, Yehova, erega jewe sindi umuntu yoroherwa no kuvuga, kandi si ivy’ejo canke hirya y’ejo canke kuva aho uvuganiye n’umusavyi wawe, kuko ndi uw’umunwa wikwega n’ururimi rwikwega+.”
15 Na we amubwira ati: “Ntunga Yehova. Nzokirisha Isirayeli iki+? Ehe umuryango wanje* ni wo nkehwa muri Manase, kandi ni jewe ndi mutoyi mu nzu ya dawe+.”