Gusubira mu vyagezwe 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “Ariko wiyubare kandi wirinde rwose+ kugira ntiwibagire ibintu amaso yawe yiboneye+ no kugira ngo ntibive mu mutima wawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Kandi utegerezwa kubimenyesha abana bawe n’abuzukuru bawe+, Gusubira mu vyagezwe 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 kandi uze uyashimangire mu mwana wawe+ wongere uyage ivyayo igihe wicaye mu nzu yawe, n’igihe ugenda ku nzira, n’igihe uryamye+, n’igihe uvyutse.
9 “Ariko wiyubare kandi wirinde rwose+ kugira ntiwibagire ibintu amaso yawe yiboneye+ no kugira ngo ntibive mu mutima wawe imisi yose y’ubuzima bwawe+. Kandi utegerezwa kubimenyesha abana bawe n’abuzukuru bawe+,
7 kandi uze uyashimangire mu mwana wawe+ wongere uyage ivyayo igihe wicaye mu nzu yawe, n’igihe ugenda ku nzira, n’igihe uryamye+, n’igihe uvyutse.