ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 18:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nanje reka nzane ikimanyu c’umukate muhembure imitima yanyu+ hanyuma mwibandanirize, kuko ico ari co catumye muca muri iyi nzira igana ku musavyi wanyu.” Na bo bavuga bati: “Ni vyiza. Urashobora kugira nk’uko uvuze.”

  • Itanguriro 18:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Aburahamu aca yiruka mu busho, afata ikimasa coroshe kandi ciza, agiha umusuku, anyaruka kugitegura+.

  • Abacamanza 6:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Ndakwinginze ntuve ng’aha gushika nje aho uri+ nzanye ingabirano yanje nkayishira imbere yawe+.” Na we avuga ati: “Ndaguma nicaye ng’aha gushika ugarutse.”

  • Abaheburayo 13:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Ntimwibagire ubwakiranyi+, kuko bwatumye bamwe baha indaro abamarayika batabizi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika