-
Abacamanza 6:26Bibiliya y’isi nshasha
-
-
26 Wubakire igicaniro Yehova Imana yawe ku mutwe w’iki gihome gikomeye, n’umurongo w’amabuye, maze ufate nya kimasa kigira kabiri ugishikane bwa shikanwa riturirwa, ku nkwi za nya gikingi ceranda uzoba wiciye.”
-