Itanguriro 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Aburamu aca agwa yubamye+, maze Imana ibandanya kuvugana na we, iti: 1 Ngoma 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Dawidi araramuye amaso, abona nya mumarayika wa Yehova+ ahagaze hagati y’isi n’ijuru, yasokoye inkota+ yiwe ayifise mu kuboko, ayerekeje i Yeruzalemu; maze Dawidi n’abagabo b’inararibonye, bambaye amagunira*+, baca bagwa hasi bubamye+. Matayo 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Abigishwa biwe bavyumvise, bubarara hasi, batekerwa n’ubwoba+.
16 Dawidi araramuye amaso, abona nya mumarayika wa Yehova+ ahagaze hagati y’isi n’ijuru, yasokoye inkota+ yiwe ayifise mu kuboko, ayerekeje i Yeruzalemu; maze Dawidi n’abagabo b’inararibonye, bambaye amagunira*+, baca bagwa hasi bubamye+.