Itanguriro 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo Abeli, na we nyene azana ivy’uburiza+ bimwebimwe vyo mu busho bwiwe, mbere n’ibihimba vyavyo binuze+. Yehova araba ryiza Abeli n’ishikanwa ryiwe+, Abacamanza 13:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo uwo mumarayika wa Yehova abwira Manowa ati: “Niwangumya, sindya ku mukate wawe; mugabo nimba ugomba guhereza Yehova ishikanwa riturirwa+, urashobora kurishikana.” Kuko Manowa atari azi yuko yari umumarayika wa Yehova.
4 Mugabo Abeli, na we nyene azana ivy’uburiza+ bimwebimwe vyo mu busho bwiwe, mbere n’ibihimba vyavyo binuze+. Yehova araba ryiza Abeli n’ishikanwa ryiwe+,
16 Mugabo uwo mumarayika wa Yehova abwira Manowa ati: “Niwangumya, sindya ku mukate wawe; mugabo nimba ugomba guhereza Yehova ishikanwa riturirwa+, urashobora kurishikana.” Kuko Manowa atari azi yuko yari umumarayika wa Yehova.