Zaburi 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubugenzi somambike na Yehova ni ubw’abamutinya+,Mbere n’isezerano ryiwe, kugira aribamenyeshe+. Imigani 3:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Kuko umunyamayeri+ ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo kugirana ubugenzi somambike na We ni ivy’abagororotse+.
32 Kuko umunyamayeri+ ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo kugirana ubugenzi somambike na We ni ivy’abagororotse+.