Abacamanza 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko kubera ko umwanya wose yaguma amuremera+ n’amajambo yiwe kandi akaguma amugobera, ntiyaba agishobora kwihangana na gato+. Imigani 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umwana w’ikijuju ni amarushwa kuri se+, kandi amahane y’umugore ni nk’igisenge kiva gituma umuntu yomoka+. Imigani 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umuntu yopfuma aba mu gihugu c’agahinga hako abana n’umugore w’amahane, hariko n’umwikomo+. Luka 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ndabibabwiye: Naho atazohaguruka ngo amuhe ikintu na kimwe kubera ari umugenzi wiwe, mu vy’ukuri kubera ugukovya n’umutima rugabo kwiwe+, azovyuka amuhe ibintu vyose akeneye.
16 Nuko kubera ko umwanya wose yaguma amuremera+ n’amajambo yiwe kandi akaguma amugobera, ntiyaba agishobora kwihangana na gato+.
13 Umwana w’ikijuju ni amarushwa kuri se+, kandi amahane y’umugore ni nk’igisenge kiva gituma umuntu yomoka+.
8 Ndabibabwiye: Naho atazohaguruka ngo amuhe ikintu na kimwe kubera ari umugenzi wiwe, mu vy’ukuri kubera ugukovya n’umutima rugabo kwiwe+, azovyuka amuhe ibintu vyose akeneye.