Zaburi 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Haguruka+, Yehova we! Nkiza+, Mana yanje we+!Kuko uzokubita abansi banje bose ku mubangabanga+.Amenyo y’ababisha uzoyamena+. Zaburi 18:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Kuko, ni nde ari Imana atari Yehova+?Kandi ni nde ari igitandara kiretse Imana yacu+? Zaburi 44:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.
7 Haguruka+, Yehova we! Nkiza+, Mana yanje we+!Kuko uzokubita abansi banje bose ku mubangabanga+.Amenyo y’ababisha uzoyamena+.
3 Kuko batigaruriye igihugu n’inkota yabo+,Kandi ukuboko kwabo si kwo kwabazaniye ubukiriro+.Kuko vyakozwe n’ikiganza cawe c’iburyo n’ukuboko kwawe+ be n’umuco wo mu maso hawe,Kubera ko wahimbawe na bo+.