ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 23:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Ntukemere igiturire, kuko igiturire gihuma amaso abantu babona neza kandi kigashobora kugoramika amajambo y’abagororotsi+.

  • Guharura 22:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko ntazobura kugutera iteka ryinshi+, kandi ico uzombwira cose nzogikora+. Ndakwinginze rero uze, umvumire aba bantu.’”

  • Abacamanza 16:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Delila abonye ko amuhishuriye ibiri mu mutima wiwe vyose, aca atuma guhamagara ba batware b’urunani+ b’Abafilisitiya, ati: “Ubu hoho nimuduge, kuko yampishuriye ibiri mu mutima wiwe vyose+.” Nya batware b’urunani b’Abafilisitiya baduga iwe batwaye ya mahera mu kuboko kwabo+.

  • Imigani 17:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Umubisha atora igiturire agikuye mu gikiriza+, kugira agoreke iminyuro y’urubanza+.

  • Umusiguzi 7:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko agahahazo gashobora gutuma umuntu w’inkerebutsi akora nk’umusazi+, n’ingabirano+ irashobora kwica umutima+.

  • Matayo 26:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 avuga ati: “Mumpa iki ngo ndamugabure kuri mwebwe+?” Bamugenera ibiceri mirongo itatu vy’ifeza+.

  • 1 Timoteyo 6:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko urukundo+ rw’amahera ari umuzi+ w’ibibi vy’ubwoko bwose+, kandi mu kurondera gushikira urwo rukundo bamwe barahubijwe bava ku kwizera, bitobekeranisha hose imibabaro myinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika