Abacamanza 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo aguma amuririra nya misi indwi inzimano baterekewe yamaze, hanyuma ku musi ugira indwi arahava arakamubwira, kuko yari yamuremereye+. Maze uwo mugore asobanurira nya gapfindo abana b’igisata ciwe+. Mika 7:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntimwizere umugenzi. Ntimwizigire umugenzi somambike+. Wirinde kwugururira akanwa kawe umugore aryama mu gikiriza cawe+.
17 Mugabo aguma amuririra nya misi indwi inzimano baterekewe yamaze, hanyuma ku musi ugira indwi arahava arakamubwira, kuko yari yamuremereye+. Maze uwo mugore asobanurira nya gapfindo abana b’igisata ciwe+.
5 Ntimwizere umugenzi. Ntimwizigire umugenzi somambike+. Wirinde kwugururira akanwa kawe umugore aryama mu gikiriza cawe+.