Abacamanza 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo yambwiye ati: ‘Ehe uzokwibungenga, wibaruke koko umuhungu+. Ubu rero ntunywe umuvinyu canke inzoga iboreza, kandi nturye ikintu gihumanye na kimwe, kuko uwo mwana azoba Umunaziri w’Imana akiva mu nda gushika umusi azopfira+.’”
7 Mugabo yambwiye ati: ‘Ehe uzokwibungenga, wibaruke koko umuhungu+. Ubu rero ntunywe umuvinyu canke inzoga iboreza, kandi nturye ikintu gihumanye na kimwe, kuko uwo mwana azoba Umunaziri w’Imana akiva mu nda gushika umusi azopfira+.’”