ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 30:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 None ubu ni je nsigaye ndi ururirimbo rwabo+,

      Kandi kuri bo ndi iciro ry’umugani+.

  • Zaburi 35:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo igihe naba ncumbagiye baranezerwa, bagakoranira hamwe+;

      Barakoranira hamwe ngo bandwanye+,

      Bakankubita hasi ntabizi+;

      Barantabagura ntibacereze+.

  • Zaburi 69:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Abicaye mw’irembo batanguye kurazwa ishinga nanje+,

      Kandi ni je nari indirimbo z’abanywi b’inzoga iboreza+.

  • Abaheburayo 11:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Egome, abandi bararonse ikigeragezo cabo mu gutwengwa no mu gushishagurwa, mbere n’ibiruta ivyo, mu mvuto+ n’amabohero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika