Kuvayo 20:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+. Kuvayo 20:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 “Ntukibe+. Abalewi 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 uku rero ni ko bizogenda: niyacumura, kandi koko akagirwa n’icaha+, aze asubize nya kintu yambuye, canke nya kintu canyazwe yatwaye ku bubeshi, canke nya kintu ajejwe bari bamujeje, canke nya kintu catakaye yatoye,
12 “Tera iteka so na nyoko+ kugira ngo imisi yawe ibe myinshi ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+.
4 uku rero ni ko bizogenda: niyacumura, kandi koko akagirwa n’icaha+, aze asubize nya kintu yambuye, canke nya kintu canyazwe yatwaye ku bubeshi, canke nya kintu ajejwe bari bamujeje, canke nya kintu catakaye yatoye,