ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 19:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ntimugahindukire ngo muje ku mana ata co zimaze+, kandi ntimukihingurire imana mu cuma gishongeshejwe+. Ndi Yehova Imana yanyu.

  • Gusubira mu vyagezwe 27:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Aravumwe umuntu akora igishusho c’ikibazano+ canke igishushanyo mu cuma gishongeshejwe+, ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, ikintu gikozwe n’amaboko y’umuhinguzi w’ibiti n’ivyuma+, akagishira ahihishije.’ (Abantu bose baze bavuge bati: ‘Amen+!’)

  • Abacamanza 17:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nuko asubiza nyina nya bice igihumbi n’ijana vy’ifeza+; nyina abandanya kuvuga ati: “Emwe, ntegerezwa kwereza Yehova izi feza zivuye mu kuboko kwanje ku bw’umuhungu wanje, kugira ngo hakorwe igishusho c’ikibazano+ n’igishushanyo co mu cuma gishongeshejwe+; ubu rero ngira ndazigusubize.”

  • 1 Yohani 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Bana bato, mwirinde ibigirwamana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika