Abacamanza 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze umumarayika wa Yehova aramubonekera, amubwira ati: “Yehova ari kumwe nawe+, yewe ntwari, munyenkomezi.” 2 Timoteyo 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umukama abane n’agatima werekana+. Ubuntu ata wari abukwiriye bwiwe bubane namwe.
12 Maze umumarayika wa Yehova aramubonekera, amubwira ati: “Yehova ari kumwe nawe+, yewe ntwari, munyenkomezi.”