Rusi 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Nawomi yari afise incuti+ y’umugabo wiwe, umugabo akomeye w’umutunzi+ wo mu muryango wa Elimeleki, akaba yitwa Bowazi+. Rusi 4:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Salumoni+ avyara Bowazi; Bowazi+ avyara Obedi; 1 Ngoma 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nahashoni na we avyara Saluma+. Saluma na we avyara Bowazi+.
2 Kandi Nawomi yari afise incuti+ y’umugabo wiwe, umugabo akomeye w’umutunzi+ wo mu muryango wa Elimeleki, akaba yitwa Bowazi+.