ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 23:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 “‘Kandi nimwashwabura umwimbu wo mu gihugu canyu, ntuze uherengeteze umubari w’umurima wawe igihe ushwabura, kandi ntuze wandure udutororwa tw’umwimbu wawe+. Ukwiye kudusigira umurushwa+ na kavamahanga+. Ndi Yehova Imana yanyu.’”

  • Rusi 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Mu nyuma Rusi Umunyamowabukazi abwira Nawomi ati: “Ndakwinginze undeke ngende mu mirima gutorora*+ mu mahundo y’intete, nkurikira uwo wese nogira ubutoni mu maso yiwe.” Nuko amubwira ati: “Genda, mukobwa wanje.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika