Rusi 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Baca bashira amajwi hejuru bongera kurira, maze Orupa asoma inabukwe. Mugabo Rusi we, amata kuri we+. Rusi 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Rusi avuga ati: “Yaco unyinginga ngo nguhebe, ngo nsubire inyuma ndeke kujana nawe; kuko aho uzoja ari ho nzoja, kandi aho uzorara ni ho nzorara+. Abantu bawe bazoba abantu banje+, n’Imana yawe ibe Imana yanje+.
14 Baca bashira amajwi hejuru bongera kurira, maze Orupa asoma inabukwe. Mugabo Rusi we, amata kuri we+.
16 Rusi avuga ati: “Yaco unyinginga ngo nguhebe, ngo nsubire inyuma ndeke kujana nawe; kuko aho uzoja ari ho nzoja, kandi aho uzorara ni ho nzorara+. Abantu bawe bazoba abantu banje+, n’Imana yawe ibe Imana yanje+.