ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abantu bose bari mw’irembo n’abagabo b’inararibonye baca bavuga bati: “Turi ivyabona! Yehova nahe umugore aje mu nzu yawe kuba nka Rasheli+ na Leya+, bompi bakaba bubatse inzu ya Isirayeli+; nawe werekane agaciro kawe muri Efurata+ kandi wiheshe izina rikomeye muri Betelehemu+.

  • Rusi 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Maze abagore bari ababanyi+ biwe bamuha izina, mu kuvuga bati: “Nawomi avyariwe umuhungu.” Nuko bamwita Obedi+. Ni we se wa Yese+, se wa Dawidi.

  • Zaburi 20:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Tuzokwiha akamo k’umunezero kubera ubukiriro bwawe+,

      Kandi mw’izina ry’Imana yacu tuzoduza amabendera yacu+.

      Yehova ashitse ivyo usaba vyose+.

  • Matayo 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Salumoni avyara Bowazi kuri Rahabu+;

      Bowazi avyara Obedi kuri Rusi+;

      Obedi avyara Yese+;

  • Matayo 1:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yakobo avyara Yozefu umugabo wa Mariya umwe yavyara Yezu+, uwitwa Kristu+.

  • Abaheburayo 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, ata kwizera+ ntibishoboka kuyihimbara rwose+, kuko uwegera Imana ategerezwa kwemera yuko iriho+ be n’uko ihemba+ abayironderana ubwira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika