Itanguriro 50:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Ntimutinye rero. Jewe nzoguma ndabaronsa ibifungurwa mwe n’abana banyu batoyi+.” Nuko arabahoza, avugana na bo mu buryo buhumuriza.
21 Ntimutinye rero. Jewe nzoguma ndabaronsa ibifungurwa mwe n’abana banyu batoyi+.” Nuko arabahoza, avugana na bo mu buryo buhumuriza.