Zaburi 112:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+. צ [Tsade]Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+. ק [Kofu]Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+. Imigani 22:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Uw’ijisho ryiza azohezagirwa, kuko yahaye umuntu mutoyi ku bifungurwa vyiwe+. Yesaya 58:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+? Ezekiyeli 18:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 akaba ata muntu yafata nabi+, agasubiza ingwati yafashe kubera umwenda afitiwe+, ntihagire ico anyaga ku bwambuzi+, umukate wiwe akawuha uwushonje+, akambika impuzu uwuri gusa+,
9 Yaratanze cane; yarahaye aboro+. צ [Tsade]Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe bidahera+. ק [Kofu]Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu buninahazwa+.
7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+?
7 akaba ata muntu yafata nabi+, agasubiza ingwati yafashe kubera umwenda afitiwe+, ntihagire ico anyaga ku bwambuzi+, umukate wiwe akawuha uwushonje+, akambika impuzu uwuri gusa+,