Rusi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Amaso yawe abe ku murima bimbura, kandi ujane na bo. None sinategetse abasore ngo ntibagukoreko+? Niwanyoterwa, uze kugenda ku vyombo maze unywe ku yo nya basore bazoba bavomye+.” 1 Timoteyo 5:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abagore bahumuye+ nka ba nyoko, abagore bakiri bato na bo nka bashikawe+, mu kutandura kwose.
9 Amaso yawe abe ku murima bimbura, kandi ujane na bo. None sinategetse abasore ngo ntibagukoreko+? Niwanyoterwa, uze kugenda ku vyombo maze unywe ku yo nya basore bazoba bavomye+.”