Rusi 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kandi yavuze ati: ‘Ndakwinginze undeke ntorore+, ntoragure mu mahundo y’intete aciwe, ngendere inyuma y’abimbuzi.’ Nuko arinjira, aguma ahagaze kuva ico gihe mu gitondo gushika n’ubu, akaba ari ho acicara mu nzu akanya gatoyi+.” Imigani 31:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Aracungera imirimo y’urugo rwiwe, kandi ntarya umukate w’ubunebwe+.
7 Kandi yavuze ati: ‘Ndakwinginze undeke ntorore+, ntoragure mu mahundo y’intete aciwe, ngendere inyuma y’abimbuzi.’ Nuko arinjira, aguma ahagaze kuva ico gihe mu gitondo gushika n’ubu, akaba ari ho acicara mu nzu akanya gatoyi+.”