Yesaya 28:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko kumino yirabura idahonyangishwa igisekuzo+; kandi nta kurudumu y’umukogote izungurukirizwa kuri kumino. Kuko mu bisanzwe kumino yirabura ikubitishwa inkoni+, kumino na yo ikibando.
27 Kuko kumino yirabura idahonyangishwa igisekuzo+; kandi nta kurudumu y’umukogote izungurukirizwa kuri kumino. Kuko mu bisanzwe kumino yirabura ikubitishwa inkoni+, kumino na yo ikibando.