Rusi 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nawomi arahava abwira abakazana biwe bompi ati: “Nimugende, musubire inyuma, umwe wese ku nzu ya nyina. Yehova abagirire ubuntu bwuzuye urukundo+, nk’uko nyene mwabugiriye abo bagabo bāpfuye, be na jewe+.
8 Nawomi arahava abwira abakazana biwe bompi ati: “Nimugende, musubire inyuma, umwe wese ku nzu ya nyina. Yehova abagirire ubuntu bwuzuye urukundo+, nk’uko nyene mwabugiriye abo bagabo bāpfuye, be na jewe+.