Rusi 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi Nawomi yari afise incuti+ y’umugabo wiwe, umugabo akomeye w’umutunzi+ wo mu muryango wa Elimeleki, akaba yitwa Bowazi+.
2 Kandi Nawomi yari afise incuti+ y’umugabo wiwe, umugabo akomeye w’umutunzi+ wo mu muryango wa Elimeleki, akaba yitwa Bowazi+.