Rusi 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ukwo ni ko Nawomi yagarutse, ari kumwe na Rusi umugore w’Umunyamowabukazi, umukazana wiwe, igihe yagaruka avuye mu turere twa Mowabu+; bashika i Betelehemu+ mu ntango y’iyimbura rya sayiri*+.
22 Ukwo ni ko Nawomi yagarutse, ari kumwe na Rusi umugore w’Umunyamowabukazi, umukazana wiwe, igihe yagaruka avuye mu turere twa Mowabu+; bashika i Betelehemu+ mu ntango y’iyimbura rya sayiri*+.