1 Samweli 18:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nuko Sauli araririza nya cumu+, avuga ati: “Ngira ntobekeranye Dawidi n’uruhome+!”, mugabo Dawidi aramuzibukira, incuro zibiri+. 1 Samweli 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Sauli yumvira ijwi rya Yonatani, maze Sauli arahira ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ntazokwicwa.” Zaburi 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uzorandura abavuga ikinyoma+.Umuntu asesa amaraso+ kandi akoresha ubuhendanyi+ Yehova aramwanka urunuka. Umusiguzi 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umwana akenye mugabo w’inkerebutsi+ araruta umwami ashaje mugabo w’ikijuju+ atakizi ko agikeneye kuburirwa+.
11 Nuko Sauli araririza nya cumu+, avuga ati: “Ngira ntobekeranye Dawidi n’uruhome+!”, mugabo Dawidi aramuzibukira, incuro zibiri+.
6 Nuko Sauli yumvira ijwi rya Yonatani, maze Sauli arahira ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ntazokwicwa.”
6 Uzorandura abavuga ikinyoma+.Umuntu asesa amaraso+ kandi akoresha ubuhendanyi+ Yehova aramwanka urunuka.
13 Umwana akenye mugabo w’inkerebutsi+ araruta umwami ashaje mugabo w’ikijuju+ atakizi ko agikeneye kuburirwa+.