1 Samweli 7:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugabo yarasubira i Rama+, kuko aho ari ho inzu yiwe yari, kandi aho ni ho yacira imanza Isirayeli. Nuko ahubakira igicaniro Yehova+. Imigani 17:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.
17 Mugabo yarasubira i Rama+, kuko aho ari ho inzu yiwe yari, kandi aho ni ho yacira imanza Isirayeli. Nuko ahubakira igicaniro Yehova+.
17 Umugenzi nyakuri akundana igihe cose+, kandi ni uwo muvukana yavukiye kuhaseruka mu gihe c’amarushwa+.