1 Samweli 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Sauli arondera rero gutobekeranya Dawidi n’uruhome+ akoresheje icumu, mugabo arazibukira+ ava imbere ya Sauli, ku buryo anega nya cumu mu ruhome. Nuko Dawidi arahunga kugira anyage amagara muri iryo joro+. 1 Samweli 23:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Amaherezo Sauli ashika hakuno y’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari hakurya y’uwo musozi. Nuko Dawidi yihutira kugenda+ kubera Sauli; ico gihe Sauli n’abantu biwe bariko basugereza Dawidi n’abantu biwe ngo babacakire+. 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
10 Sauli arondera rero gutobekeranya Dawidi n’uruhome+ akoresheje icumu, mugabo arazibukira+ ava imbere ya Sauli, ku buryo anega nya cumu mu ruhome. Nuko Dawidi arahunga kugira anyage amagara muri iryo joro+.
26 Amaherezo Sauli ashika hakuno y’umusozi, Dawidi n’abantu biwe na bo bari hakurya y’uwo musozi. Nuko Dawidi yihutira kugenda+ kubera Sauli; ico gihe Sauli n’abantu biwe bariko basugereza Dawidi n’abantu biwe ngo babacakire+.
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,