Esiteri 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko umwami arahaguruka yashangashiwe+ ava kuri iyo nzimano y’umuvinyu aja mu busitani bw’ikirimba; Hamani na we arahaguruka kugira asabire ubuzima bwiwe kuri Esiteri umwamikazi+, kuko yabona ko umwami yiyemeje+ kumugirira nabi+. Umusiguzi 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Umwana akenye mugabo w’inkerebutsi+ araruta umwami ashaje mugabo w’ikijuju+ atakizi ko agikeneye kuburirwa+.
7 Nuko umwami arahaguruka yashangashiwe+ ava kuri iyo nzimano y’umuvinyu aja mu busitani bw’ikirimba; Hamani na we arahaguruka kugira asabire ubuzima bwiwe kuri Esiteri umwamikazi+, kuko yabona ko umwami yiyemeje+ kumugirira nabi+.
13 Umwana akenye mugabo w’inkerebutsi+ araruta umwami ashaje mugabo w’ikijuju+ atakizi ko agikeneye kuburirwa+.